The Agatima  Podcast podcast artwork

PODCAST · business

The Agatima Podcast

Karibu kuri Agatima Podcast! Muri kino Kibanza, umwe wese arahawe ikaze. We gusa fata icicaro, wihere amatwi ibiganiro tugushikiriza, mukirundi no mukinyarwanda. Tuganira kuvyerekeye ukwiteza imbere haba mubuzima busanzwe bwacu bwa buri musi (Personal Growth: Health & Fitness, Social Life ) , mukugwiza ubutunzi (Money, Personal finance, Business and Career) , Ukubaho neza ( Quality of life) hamwe n'ukumenya utuntu n'utundi tubera hirya no hino kwisi , nacanecane muri Politique y'ibihugu, kahise kacu, kubu na kazoza mumibereho y'abantu ( Social media Trends, Human's history, Politics and Geopolitics). Amazina yanje ni Iriho Quentin, Ushobora no kumpamagara "Iriho wa Gatanu"". Nkunda cane kwitaho ubuzima banje, nkunda kwiga no gusangiza abandi ibintu bitandukanye nacane cane ibinfitiye akamaro, nkabishira mungiro, ndetse nkabisangiza abandi kugira twungurane ivyiyumviro (ibitekerezo). Nkunda kwiga kumenya ivyo umubiri wanje ukeneye, nkunda gusoma ibit

  1. 2

    Agatima Podcast Episode 1

    Hello Muri ino Podcast Ndababwira Uwondi we n'igituma na hisemwo gukora biino. Enjoy, See you next Friday at 5:00 PMKaribu kuri Agatima Podcast kuri Youtube : https://youtu.be/hY9GoA7ckTY?si=2RTzDiL0vKYWhJsy Hosted on Acast. See acast.com/privacy for more information.

  2. 1

    Agatima Podcast Trailer

    "Agatima Podcast" is a podcast that thrives to be an unlimited Kind of podcast that delves mainly into Five main Pilars : Personal Growth, Personal Finance , History , Government and Geopolitics and Artificial Intelligence. The host Creates weekly Solo shows and Interviews with Topics on Health ( Nutrition, Fitness, Mental Health and Emotional Intelligence ), Social Life ( Love and relationships, Parenting, Character, Travel, & Entertainment), Personal finance ( Financial Education, Money, Business and Careers), History ( Human Civilization , Historical Events and Human Evolution) , Governement and Geopolitic ( Politics, Laws, Rules and Regulations) featuring engaging discussions on a variety of topics that resonate with listeners from diverse backgrounds Especially Burundians and Rwandans. Hosted by passionate storytellers, the podcast explores other themes such as tradition, identity, innovation, and social change, providing a platform for voices that often go unheard. Each episode offers insightful interviews with thought leaders, artists, Professional, Content Creators, influencers, government officials , Business man and scientists and everyday individuals who are making an impact in their communities. With its captivating storytelling and commitment to authenticity, "Agatima Podcast" invites listeners to deepen their understanding of Africa's vibrant heritage and dynamic present. Whether you're interested in history, music, Finance, Politics or social issues, this podcast promises to be both enlightening and inspiring. Hosted on Acast. See acast.com/privacy for more information.

Type above to search every episode's transcript for a word or phrase. Matches are scoped to this podcast.

Searching…

We're indexing this podcast's transcripts for the first time — this can take a minute or two. We'll show results as soon as they're ready.

No matches for "" in this podcast's transcripts.

Showing of matches

No topics indexed yet for this podcast.

Loading reviews...

ABOUT THIS SHOW

Karibu kuri Agatima Podcast! Muri kino Kibanza, umwe wese arahawe ikaze. We gusa fata icicaro, wihere amatwi ibiganiro tugushikiriza, mukirundi no mukinyarwanda. Tuganira kuvyerekeye ukwiteza imbere haba mubuzima busanzwe bwacu bwa buri musi (Personal Growth: Health & Fitness, Social Life ) , mukugwiza ubutunzi (Money, Personal finance, Business and Career) , Ukubaho neza ( Quality of life) hamwe n'ukumenya utuntu n'utundi tubera hirya no hino kwisi , nacanecane muri Politique y'ibihugu, kahise kacu, kubu na kazoza mumibereho y'abantu ( Social media Trends, Human's history, Politics and Geopolitics). Amazina yanje ni Iriho Quentin, Ushobora no kumpamagara "Iriho wa Gatanu"". Nkunda cane kwitaho ubuzima banje, nkunda kwiga no gusangiza abandi ibintu bitandukanye nacane cane ibinfitiye akamaro, nkabishira mungiro, ndetse nkabisangiza abandi kugira twungurane ivyiyumviro (ibitekerezo). Nkunda kwiga kumenya ivyo umubiri wanje ukeneye, nkunda gusoma ibit

HOSTED BY

Iriho 5

Produced by Iriho Quentin

Frequently Asked Questions

How many episodes does The Agatima Podcast have?

The Agatima Podcast currently has 2 episodes available on PodParley. New episodes are automatically indexed when they're published to the podcast feed.

What is The Agatima Podcast about?

Karibu kuri Agatima Podcast! Muri kino Kibanza, umwe wese arahawe ikaze. We gusa fata icicaro, wihere amatwi ibiganiro tugushikiriza, mukirundi no mukinyarwanda. Tuganira kuvyerekeye ukwiteza imbere haba mubuzima busanzwe bwacu bwa buri musi (Personal Growth: Health & Fitness, Social Life ) ,...

How often does The Agatima Podcast release new episodes?

The Agatima Podcast has 2 episodes. Check the episode list to see recent publication dates and frequency.

Where can I listen to The Agatima Podcast?

You can listen to The Agatima Podcast on PodParley by clicking any episode. We provide an embedded audio player for direct listening, and you can also subscribe via your preferred podcast app using the RSS feed.

Who hosts The Agatima Podcast?

The Agatima Podcast is created and hosted by Iriho 5.
URL copied to clipboard!