Skip to content
John K. Niyondiko podcast podcast artwork

John K. Niyondiko podcast

by John Niyondiko

This podcast is intended to help listeners to cope with life, to live in harmony with self, others, and with the Creator

From the show's RSS feed, refreshed Aug 17, 2026. Source feed.

Subscribe Bookmark

Episodes

  1. Ivyo Nabageze Vyose 69. Tugende tubwire abandi ivyo Imana yadukoreye

    I once was lost but now I am found, was blind but now I see.

  2. Ivyo Nabageze Vyose 64. Wewe baharire kandi ubasabire ivyiza hanyuma urabe ibikurikira!

    Ukudaharira gushobora kuba imihongero canke imiryango izibira inyishu z'amasengesho yawe. Harira kandi usabire ivyiza abansi bawe hanyuma urabe ibiza kukubako.

  3. Ivyo Nabageze Vyose - Ntukihore 2 : Cira aha ndamukubite! Uramuhoye kandi umwigishije kwihora!

    Iyo ubwiye umwana ngo "cira aha ndamukubite, agacira mu kiganza cawe, hanyuma ukikubita canke ugakubita uwuri iruhande yawe canke ugakubita igiti, uba umuhoye kandi uba umwigishije kwihora. Sigaho! Ntukongere kubikora!

  4. Ivyo Nabageze Vyose 60. Icompa Abantu b'Uhoraho bose Bakavugishwa Nawe!

    Twipfuze ko abandi bene Data bose bovugishwa n'Imana bose kandi bose.

  5. Ivyo Nabageze vyose 59. Umviriza iyi nkuru y'uwu Mugabo!!

    Uwu mugabo yitwa Mose yipfuza ko abantu b'uhoraho bose bavugishwa nawe. Ntiyashaka ko aba rurangiranwa wenyene. uburwaneza bugaragarira mu gushira imbere abandi.

  6. Ivyo Nabageze Vyose 58. Gira amaso abona ivyo abandi batabona; ibiri inyuma y'umusozi. Akarorero ka Aburahamu

    Iyo umunyu yicishije bugufi, iyo yiyoroheje, iyo atekereje, aba ari ikimenyetso cerekana ko abona ibiri inyuma y'umusozi, ivyo abandi batashoboye kubona. Aburahamu atubere akarorero. Yaretse umuhungwabo Loti ngo abanze atore aho ashaka kuja kuba. Aburahamu atora mu nyuma ahaboneka ko hatari heza....

  7. Ivyo Nabageze Vyose 55. Urahiriwe wewe utuntuzwa n'ubukene bwawe bwo mu mutima

    Ubukene - ubworo bwo mu mutima, iyo umuntu amaze kubwibonako, hanyuma agaca atuntuzwa n'ubwo bukene kuburyo bimutera kurondera guharirwa ivyaha vyiwe, aba ari umuhirwe.

  8. Ivyo Nabageze Vyose 54' - Tugire ubworo bwo mu mutima"

    Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.

  9. Ivyo Nabageze Vyose 54 - Tube aboro mu mitima yacu

    Kugira ubworo bwo mu mutima ni ubutunzi budasanzwe.

  10. Ivyo Nabageze Vyose 52. Yesu ni nde?

    Yesu ni Jambo w'Imana Yesu ni Umuremyi Yesu ni Umwami Yesu ni Umuherezi Mukuru Yesu ni Umukiza atanga agakiza - sozo Yesu ni we atanga amahoro - shalom: tranquility, wholeness, completeness, health, wealth, propsperity, favor, the ability to finish, to be safe. Ni Imana Yesu ntaterwa n'isoni ryo...

  11. Ivyo Nabageze Vyose 51 Bigaragare ko turi abo Twahamagariwe Kuba

    Igihe Yesu yakoresha ijambo ishengero - ekklesia, abamwumvise batahuye iki? Batahuye ko abarungitse kumuserukira mu mahanga yose,

  12. Ivyo Nabageze Vyose 50. Ni Igiki Cazanye Yesu Mw'isi?

    Jesus came in the world to be like us so to save us from our sins

  13. Ivyo nabageze vyose 48'. Igitangaza cawe kiraje kandi uratabarwa nta kabuza.

    Ubwo hageze ko utabarwa, igitangaza cawe kiraje kandi uratabarwa nta kabuza. Imana ntikangwa ikintu na kimwe mu bikurwanya, ntikangwa abasirikare, amasasu, abakwanka, abakuvuga nabi, n'ibindi.

  14. Ivyo Nabageze Vyose 48. Uratabawe nta kabuza

    Since it is your time to be rescued, your miracle has arrived; no one can block your miracle

  15. Ivyo Nabageze Vyose 47. Inyungu ziva mu guhomba 6. Ugusenga Igice ca 2

    When we pray, we get changed to be able to receive what God has planned for us

  16. Ivyo nabageze vyose 46. Inyungu ziva mu guhomba 5. Ugusenga 1

    when we pray, We are humbling ourselves before God. We get rewarded; we benefit from it. We do not pray to change the will of God. We pray to have communion with the living God in such a way that he will change you to have the ability to receive that which he has for us. Ravi Zacharias

  17. Ivyo Nabageze Vyose 45. Inyungu ziva mu guhomba 4. Gusenga

    We pray not to change the will of God but so we get changed to be able to receive what God has in store for us. Dusenga ngoabe ari twebwe duhinduka ngo twakire ubugombe bw'Imana kuri twebwe, ntabwo ari ukugira ngo Imana ihindure ubugombe bwayo

  18. Ivyo Nabageze Vyose 44. Inyungu Ziva mu Guhomba 3 - Umusaraba

    Let us learn from Jesus and have an attitude like his. He humbled himself up to being crucified on the cross. To endure our tribulations, troubles, and hardships, we need to fix our eyes on the rewards we will get after overcoming and finishing the race. Yesu yashinze ijisho ku nyungu azoronka...

  19. Ivyo Nabageze Vyose 43. Inyungu ziva mu guhomba 2

    Iyo ugize ico uheba uraronka inyungu. Kugira Yesu aronke izina riri hejuru y'ayandi mazina yose yahawe amaze kurangiza igikorwa co gucungurira ivyaremwe vyose Imana Data, vyamusavye guheba gato ukuringanira n'Imana. Yari Imana ariko aca bugufi acika uwusa n'bantu. Nkuko Yesu Yabikoze, natwe...

  20. Ivyo Nabageze vyose 42. Inyungu ziri mu guhomba

    Gaining by losing is a great principle. Yesu yahevye ivyo mwijuru, icubahiro, ubutunzi, nibindi kugira ngo ashobore kuronka no gukiza icari carazimiye. Ntiyiyumviriye ko kuringanira n'Imana ari ikintu co kwumirako. Yisize ubusa acika usa n'abantu, yambara ishusho y'umugurano.

  21. Ivyo Nabageze vyose 41. Kuki Wirata kandi Ata Na Kimwe ufise utahawe

    We own nothing in this world. Everything was given to us. Reka kwirata Nyabuna koreshereza Imana ivyo ufise vyose.

  22. Ivyo Nabageze Vyose 40. Twuzure Yesu, Duhindure Isi - Remversons le Monde

    The message of Jesus Christ, him crucified, proclaimed by people filled with the Holy Spirit, turns the world upside down.

  23. Ivyo Nabageze Vyose 38. Ibiva mu kwizera nyakuri

    Ukwizera nyakuri kuba guhagaze ku Kuri. Ijambo ry'Imana ni ryo kuri. Yesu ni we kuri. Ico Imana ivuze ni ukuri. Uwemeranya n'ukuri abona ivyamwa vyiza kandi bikomeye.

  24. Ivyo Nabageze Vyose 37: Tube indogoba Yesu agirako

    Yesu Igihe yinjira muri Yerusalemu yakeneye inyana y'indogoba agenderako. Yesu akeneye abantu akoresha kugira ngo akore ubushake bwiwe; akeneye abo akoresha. Ivyimburwa ni vyinshi ariko abimbuzi ni bake.

  25. Ivyo Nabageze Vyose 36. Kubera iki ukomeza kuremerwa?

    Yesu avuga ati ni munkorere amaganya yanyu yose

  26. Nimugire muri mwebwe wa mutima - Song

    Witten in 1994 at Kiremba Pentecostal Church in Bururi Burundi

  27. Tuzoshonyanga tugiye mw'ijuru

    Written around 2003 and recorded at TWR Burundi by Charles Haringanji.

  28. Ku ngoma ya mesiya - Song

    Kungoma wa Mesiya. I wrote this song in 1994 at Kiremba Bururi Burundi.

  29. Guca bugufi kwa Yesu - Song

    Written in 1994. Numvise nshaka kugira ama chorus avuga ivuka rya Yesu ishengero ryokoresha mu bihe vyo kwibuka ivuka ry'Umwami wacu. Ni bwo na composa ama choruses ashika nka munani.

  30. Ninde ahwanye nawe?

    Written in 2003

  31. Ndaririmbira Uhoraho

    I wrote this son back in 2001 after the wedding of Emile Bigirimana. I had just experienced how God had let us have ceremonies without rain while it was pouring hard around us.

  32. Ivyo nabageze vyose 35. Urukundo nyakuri iyo bikenewe ruriheba rukitangira abandi

    Nimba utarakunda abandi kugeza aho wobitangira, hari ahantu utaragera

  33. Ivyo Nabageze Vyose 34. Imana Yakujanye mu Bugaragwa ngo Ikuganirize

    Mu giheburayo, ijambo Ubugararwa (ubutayu) ni Midbar. Iri rikomoka muri davar, naryo rikaba risigura "kuvuga." Ubugaragwa ni ahantu Imana ivugira. Iyo turi mu bugaragwa, twitegurire kwumva ico Imana iriko iravuga.

  34. Ivyo Nabageze Vyose 33. Guma mu kibanza Imana yagushizemwo, aho Imana igushaka. Ibanga ry'umugeni

    We were each created to the bride. Deep down in the center of our being, in our deepest heart, we seek to be filled. As the bride is made to be married, so, we all were made to be the bride of God. We need to marry God by joining every part of our life and being to God in order to be complete.

  35. Ivyo Nabageze Vyose 33. Guma mu kibanza Imana yagushizemwo- aho imana igushaka

    Existence is a love story. We were each created to be the bride. Deep down in our being, in the deepest part of our heart, we seek to be filled. We are the bride who were created for God, the bridegroom.

About this show

This podcast is intended to help listeners to cope with life, to live in harmony with self, others, and with the Creator

Hosted by

John Niyondiko

Categories

Frequently asked questions

How many episodes does John K. Niyondiko podcast have?

John K. Niyondiko podcast has 85 episodes on PodParley. The most recent episode was published on February 21, 2024.

What is John K. Niyondiko podcast about?

This podcast is intended to help listeners to cope with life, to live in harmony with self, others, and with the Creator

How often does John K. Niyondiko podcast release new episodes?

John K. Niyondiko podcast publishes every two weeks, based on its 85 episodes since November 2020.

Who hosts John K. Niyondiko podcast?

John K. Niyondiko podcast is created and hosted by John Niyondiko.
Link copied