Skip to content
Kerebuka podcast artwork

PODCAST · business

Kerebuka

by William Guillaume Muringa

Iyi Podcast ifise intumbero yo guhimiriza abantu ngo bakerebuke, bazingurure amaboko biteze imbere. Iratanga udu tips na tricks ingene umuntu abigenza.

Publisher-supplied feed metadata · PodParley refreshed Aug 17, 2026 · Source feed

Episodes

  1. Episode 11: ❇️ Wogwanya gute gusamazwa n’ibisayangana (shiny object syndrome) ?

    Iyi shiny object syndrom ni ingorane iza iyo umuntu aguma asamazwa n'ikintu cose gishasha kije agaca ata ico yariko arakaora. Bigatuma adaheza ivyo yatanguye kandi ntashike ku ntumbero yihaye.

  2. Episode 9: ❇️ Urashaka gutangura kwikorera usezere umukoresha wawe (ditch your 8 - 4 job)?

    Nimba ufise indoto zo kwokorera ariko ukaba ukorera uwundi muntu, hariho ibintu utegerezwa kwitegurira.

  3. Episode 8: ❇️ Ibimenyetso 5 vyerekana ko umuntu yifatiwe n’akayo - Screen addiction (cyberdépendance)

    Iyi episode yerekeye ibimenyetso 5 vyerekana ko hageze ko umuntu agabanya umwanya akoresha kuri telefone yiwe canke ibindi biyo. Navyo ni nkibi: kudasinzira neza, kumeneka umutwe, amaso atukura....!

  4. Episode 7: ❇️ Ibintu 7 vyokwitwarika ku mutekano wawe kuri internet- online safety (securité en ligne) - Irinde phishing!

    Umutekano wawe kuri internet urahambaye. Abahacker bakwivye birashobora kukugiranko ingaruka mbi. Muriyi episode, harimwo ivyo ukwiye gukora bijannye na information pesonnelle zawe, password, phishing., VPN...

  5. Episode 6: ❇️ Vyoba bibujijwe ko abakirisu bagira business (Faith driven entrepreneurship)?

    Hari abantu bibaza ko umukirisu agize business aba yitayeho ivyo kwisi gusumba ivyo mw'ijuru. Ariko sivyo, ikibi si amahera, ingorane iba iyo uyagize umwami wawe, akagutwara umutima ukayarutisha ibindi bintu vyose. Kubera turakeneye amahera yo kubaho ngaha kwisi umwanya tutarahj́a mw'ijuru.

  6. Episode 5: ❇️ Tahura ingorane ya analysis paralysis (paralysie d'analyse)-kunanirwa gufata ingingo!

    Ingorane ya analysis paralysis canke kunanirwa gufata ingingo, umuntu aba ayifise iyo akoresha inguvu n'umwanya urenze ariko ararondera amakuru ajanye n'umgambi wiwe. Mu nyuma bikamunanira kwidecida , umwanya ukamuherana ataco akoze (indecision/inaction).

  7. Episode 4: ❇️ Ni gute twogwanya impostor syndrom (syndrome de l'imposteur)- gutinya kwitwa umuswaganyi?

    Impostor syndrom ni gutinya ko abantu bakwita umuswaganyi, ni gutinya gukora imigambi kubera utinya ko abantu bazohava bakwita umubeshi, ngo ivyo ukora ntavyuzi. Ubwo bwoba twobugwanya gute?

  8. Episode 3: ❇️ Woba uzi ingene internet ikora?

    Internet yarahinduye ubuzima bwacu, woba uzi ingene ikora?

  9. Episode 2: ❇️ Imvo 3 zisigura igituma side hustle (activité secondaire) ikenewe!

    Side hustle ariyo ntegabizoza irakenewe cane, iyo umuntu arwaye canke hagatera ikiza aca yiokora ku kantu ko ku ruhande. Kandi gatuma umuntu yitegurira pension neza.

Type above to search every episode's transcript for a word or phrase. Matches are scoped to this podcast.

Searching…

We're indexing this podcast's transcripts for the first time — this can take a minute or two. We'll show results as soon as they're ready.

No matches for "" in this podcast's transcripts.

Showing of matches

No topics indexed yet for this podcast.

Loading reviews...

ABOUT THIS SHOW

Iyi Podcast ifise intumbero yo guhimiriza abantu ngo bakerebuke, bazingurure amaboko biteze imbere. Iratanga udu tips na tricks ingene umuntu abigenza.

HOSTED BY

William Guillaume Muringa

Frequently Asked Questions

How many episodes does Kerebuka have?

Kerebuka currently has 11 episodes available on PodParley. New episodes are automatically indexed when they're published to the podcast feed.

What is Kerebuka about?

Iyi Podcast ifise intumbero yo guhimiriza abantu ngo bakerebuke, bazingurure amaboko biteze imbere. Iratanga udu tips na tricks ingene umuntu abigenza.

How often does Kerebuka release new episodes?

Kerebuka has 11 episodes. Check the episode list to see recent publication dates and frequency.

Where can I listen to Kerebuka?

You can listen to Kerebuka on PodParley by clicking any episode. We provide an embedded audio player for direct listening, and you can also subscribe via your preferred podcast app using the RSS feed.

Who hosts Kerebuka?

Kerebuka is created and hosted by William Guillaume Muringa.
URL copied to clipboard!