SBS Kirundi - SBS mu Kirundi
by SBS
Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.
Episodes
-
Be prepared for snake season in Australia - Kwitegurira igihe co kuguma tubona inzoka muri Australiya
Snakes are often seen in Australia in spring and summer. You may also see one at other times of year, depending on the weather. Here are some expert tips on snake behaviour and what to do if you see one. - Muri Australiya, abantu bakunze kubona inzoka cane mu gihe c'agatasi n’ici. Ariko rero,...
-
What does Kumanjayi mean? Understanding Sorry Business - Ijambo Kumanjayi risigura iki? Gutahura icarico Sorry Business
When someone dies, families and communities may have cultural practices and responsibilities around mourning. For many Aboriginal and Torres Strait Islander people, this is known as Sorry Business. There is no single way to observe Sorry Business. Practices differ between communities, families…
more -
#122 Asking someone to take your photo (Med) - #122 Kubaza umuntu ko yogufotora (Med)
Learn English useful for asking stranger for a little help, including asking someone to take a photo, give directions or help with a bag. - Learn English ni ngirakamaro mu gufasha kumenya uko wosaba umuntu utazi ko yogufasha ikintu gito harimwo kumusaba ko yogufotora, yokwereka inzira, ndetse ko...
-
Travelling safely in rural and remote Australia - Kugenda neza kandi mu mutekano inyuma y’igisagara na ruguru muri Australiya
Australia is a vast and diverse country to explore, but driving in rural and remote areas can involve conditions you may not encounter in cities. Knowing what to expect and how to prepare can help you travel more safely and confidently. - Australiya ni igihugu kinini kandi gifise ahantu...
-
Bonus Practice: #122 Asking someone to take your photo (Med) - Bonus Practice: #122 Kubaza umuntu ko yogufotora (Med)
Practise speaking the dialogue from episode #122 Asking someone to take your photo - Imenyereze kuganira biciye muriki kiganiro #122 Kubaza umuntu ko yogufotora Find the full episode, learning notes and more free resources at SBS Learn English. - Kurikirana ikiganiro cose, ibintu nyamukuru vyo…
more -
Birth and pregnancy care options in Australia - Amahitamwo ufise ku bijanye no kwitwararika imbanyi hamwe no kwibarukira muri Australiya
If you're first-time parents in Australia, choosing where and how to give birth can feel overwhelming. Whether you go through the public or private health system, it is important to understand your options and know where to reach out for advice to make the right decision for you and your baby. -...
-
Prostate cancer in Australia: Testing, treatment and support - Kanseri y’igihimba c’irondoka c’abagabo muri Australiya: Kwipimisha, kuvurwa no gushigikirwa
About one in five Australian men will be diagnosed with prostate cancer in their lifetime. Understanding the prostate, your risk and the options for testing can help with early detection and treatment. In this episode of Australia Explained, learn about prostate cancer, PSA testing, treatment and...
-
How people shape change, and why your voice matters | How Australia Works - Gute umuntu atuma haba amahinduka, n’igituma ijwi ryawe rifise akamaro|Ingene Australiya ikora
Can a small group change a local council decision? When Julie learns her community library may close, she joins other residents in a campaign to save it. Her story explores how you can take part in Australian democracy by signing petitions, attending community meetings, contacting councillors and...
-
How laws change, and why it takes time | How Australia Works - Ingene amategeko ahinduka kandi ni kuki bifata igihe kirekire |Ingene Australiya ikora
How do laws change in Australia? Through Rodney Croome’s campaigns for human rights and marriage equality, learn how personal stories, community action, courts and parliament can help change the law, and why the process can take time. - Amategeko ahinduka gute muri Australia? Biciye ku bikorwa…
more -
Bonus Practice: #121 Picking up a prescription (Med) - Bonus Practice: #121 Gutora umuti wandikiwe na muganga (Med)
Practise speaking the dialogue from episode #121 Picking up a prescription(Med) - Niwimenyereze gusubiramwo ikiyago kiri mu Gice #121 Gutora umuti wanditswe na muganga (Med) Find the full episode, learning notes and more free resources at SBS Learn English. - Kwirikirana ibice vyose vya kino...
-
#121 Picking up a prescription (Med) - #121 Gutora umuti wandikiwe na muganga (Med)
Learn English useful for picking up prescription medicine. Practise phrases for filling a prescription, asking how to take medicine, understanding the instructions on a medicine label, and checking possible side effects and interactions with other medicines. - Learn English iragufasha mu gihe…
more -
Breast screening: What to expect and why it matters - Kwisuzumisha amabere: Ivyo wokwitega n’igituma bihambaye
Regular breast screening can help find breast cancer early, before you notice any signs or symptoms. Screening is free for eligible women or people at risk of breast cancer. It takes about 20 minutes, once every two years, and it’s an effective way to take charge of our health. Let’s take a…
more -
Amategeko akorwa gute, kandi akugirako ingaruka gute | Ingene Australiya ikora
Amategeko akorwa gute muri Australiya? Biciye ku nkuru yumukurambere w’umuryango w’abasangwabutaka ba Wurundjeri yitwa Uncle Dave Wandin yerekeye Birrarung, izwi kandi nk’uruzi Yarra, niwige ingene iciyumviro gihinduka umushinge w’itegeko, kigaca gisuzumwa mu Nama Nshingamateka ya Victoria…
more -
What are Indigenous Protected Areas in Australia? - Ibibanza bikingiwe n’abasangwabutaka muri Australiya ni ibihe?
National parks, nature reserves, marine sanctuaries and Indigenous Protected Areas protect different environments and operate under different rules. What makes an Indigenous Protected Area different, and how can you find out whether you are welcome to visit? - Ama pariki y’Igihugu, amashamba,...
-
Indimi ziriko zirahinduka muri Australiya zituma SBS isubiramwo ingene ishikiriza ibiganiro
Imiryango myinshi ivuga urundi rurimi hamwe n’abimukira baba muri Australiya bafise inkuru n’ivyibutso vyihariye bijanye no kwumviriza ibiganiro bica kwi radiyo ya SBS mu ndimi batahura. Izo porogarama zarahindutse kandi zirarushiriza kwiyongera uko imyaka yagiye iragenda, ubu rero, SBS iriko...
-
Kuki ubutegetsi butandukanye, kandi ni gute bugukingira? | Ingene Australiya ikora
Inyuma yo gucibwa ihadabu kubera ko atari yambaye neza igikingira umutwe ari ku moto yiwe, Hugo yafashe ingingo yo gushikiriza ico kibazo sentare. Inkuru yiwe iradufasha gutahura ingene Inama Nshingamateka, Reta nama sentare bifise amabanga atandukanye, hamwe n’ingene zimwe mu ngingo canke…
more -
Ninde vyukuri atwara Australiya, woba ufise ikibanza icahe | Ingene Australiya ikora
Woba uzi uwoshobora kugufasha igihe ukeneye uruhusha rwo gutangura kwikorera utwawe, ufise ikibazo kijanye nokuriha inzu ubamwo canke ukeneye imfashanyo yo gufasha umuryango wawe? Biciye mu ntahe za Fedele, Carol na Abeer, tahura ingene inzego zitatu z’ubutegetsi bwa Australiya zikora. Menya ico...
-
Waramaze kuba uwaha | Ingene Australiya ikora
Inzego za reta za Australiya, amategeko n’ibikorwa vya reta vyoba bigira gute ingaruka mubuzima bwawe bwa minsi yose? Biciye mu ntahe, iki gice gitangura curukurikirane rwibiganiro vyabaye kirakwereka aho wokura amakuru n’imfashanyo igihe ubikeneye, hamwe n’ingene wobaza ivyerekeye ingingo...
-
Woba utinya urushinge? Ubushakashatsi bushobora kurangiza ibipimo bikorwa harinze kuvomwa amaraso
Patrick Rufangura ariko ararangiza ivyirwa vyiwe vya PhD kuri kaminuza imwe muri Sydney, yakoze ubushakashatsi bushobora guhindura amateka y'isi mw'isuzumwa ry'indwara harinze gufatwa amaraso. Ng'uku uko yabisiguye.
-
Orphan Relative Visa: Ni nde yoyisaba?
Iyo visa ihabwa impfumvyi izwi nka Orphan Relative visa (subclass 117) n'imwe muri visa abimukira bashaka kuba muri Australia bosaba. Ariko ikibazo ni, Ni nde yemerewe kuyisaba? Asabwa iki?
-
Uko utegura umusi niko wabwirizwa gutegura ijoro, wobigenza gute?
Mu gihe ingingo zo kurwanya COVID-19 zakuweho, bamwe batekewe n'ubwoba bwo gusubira mu buzima busanzwe. Menya bimwe ukwiye kwirinda kugira ngo udahava usanga wuzuranye ifaranga, ukabura abawe.
-
A.T.M JEFF yahishuye ibanga ryamufashije igihe yagira isanganya ryahatswe kuzimanganya ubuzima bwiwe
Inyuma y'umwana urenga umuririmvyi A.T.M JEFF adakora cane, uwo muririmvyi arahishura ingene umuziki wamufashije mu gihe yari yataye ivyizigiro vyo kuririmba inyuma y'isanganya ryahatswe kuzimanganya ubuzima bwiwe.
-
Igisata c'ubuvuzi cigenga kirageramiwe muri Australia
Abakiri bato mubanye Australia babandanya bisokora murico gisata ku rugero ruteye amakenga. Ivyo bikaba vyatumye ababijejwe eka n'amashirahamwe yandi guhamagarira reta ngo ikore ibishoboka ico gisata gihurumbirwe.
-
Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya
Wari uzi yuko wotozwa ihadabu muri Tasmania kubera gukoresha GPS kuri terefone yawe uri mu ngendeshwa. Turabashikiriza amategeko y'ibarabara atazi ariko yogufasha kwirinda kwica amategeko mu ma barabara yo muri Australia.
-
Woba uzi ingaruka amabere bateragira mu bakenyezi atera? Ng'ibi ivyo Australia igiye gukora
Muri Australia havugwa yuko hashobora guhagarikwa ubwoko bugera umunani bw'amabere batera mu bakenyezi, kuko ayo mabere ashobora kuba intandaro y'indwara ya cancer ifatira mu maraso, ariko gushika ubu ivyo bikaba bikiriko biratohozwa.. Ikigo Therapeutic Goods Administration (TGA) cavuze yuko…
more -
Umuvyeyi yokora iki umwana wiwe anyuzuye canke bamunyuzuye
Umwana umwe kuri bane mu baba muri Australia baranyuzurwa ku mashuri aho biga. Nk'umuvyeyi birashobora ku kugora mu kumenya ico wofata mu gihe umwana wawe anyuzuwe canke mu gihe anyuzura abandi. Uko biri kwose ni vyiza kugenda kurondera ubufasha kubahinga bakakugira inama.
-
Ng'ibi ivyo kominote zitegekanya gukora inyuma ya guma mu rugo
Inyuma y'amezi arenga ane, kominote zo muri NSW na Victoria zashize imbere izo zizobanza gukora ubwa mbere zihuye inyuma y'amezi atari make kubera ingingo zo kurwanya ikiza. Menya bimwe muvyo bashize imbere kurusha ibindi.
-
"Impungenge nari mfise k'umuryango ny'Afrika muri Australia ziriko ziragabanuka", Dr. Emmanuel Ndayisaba
Ingaruka mbi ikiza COVID-19 gisiga mu mubiri w'umuntu zirutwa n'ivyiza uruncanco rumuha. Benshi muba ny'Afrika batanguye kurinduka mu kwikingiza, aho mu misi iheze ngo wasanga no kubiyaga hagati yabo atari ku bwinshi. Kurikirana Muganga Ndayisaba uko yasiguye.
-
Ng'ibi bimwe mu bimenyetso vy'indwara y'umutima
Woba uzi amagara y'umutima wawe? Ni vyiza ko umenya inyishu yavyo kuko indwara y'umutima ihitana benshi muri Australia. Ivyigwa vyo mu 2017 vyerekana yuko umwe mubanye Australia batatu ntibazi ibimenyetso vyibanze.
-
Menya ivyo bagiye gukora inyuma y'imyaka ibiri badasohoka
Inyuma y'imisi irenga ijana- imiryango yaratandukanijwe n'ababo, abikorera utwabo barugara, abarenga 350 barapfa, ariko ibintu vyasubiye mu buryo kuri bamwe, none bamwe n'abandi bafise ivyihuta kurusha ibindi bagiye gukora. Ng'ibi.
-
Kumenya ibimenyetso vy’indwara yo mu mutwe mbere
Abantu bafise indwara zo mu mutwe akenshi bisanga bagize ubumuga bwo k’umubiri. Zirengangijwe, indwara zo mu mutwe zirashobora guteza ibindi bibazo bikomeye cane. Ariko habonetse ubufasha ku gihe, umuntu arashobora gukira akaba mu zima kandi agakomera cane.
-
SBS yatanguje isubirwamo rya serivisi y'indimi ikoresha
SBS yatanguje igikorwa gisubiramo serivsi z’indimi ikoreshwa mu gihe ico kinyamakuru citegurira guhimbaza imyaka 50. Ivyo vyigwa bizokoresha ivyavuye muri rusansuma kugira ngo bifashe itunganywa z’indimi zizokoreshwa mu myaka itanu iza.
-
Gutwarwa n'ikoreshwa ry'imbuga hwaniro wobihindura bikaguha umwimbu mwiza mu buzima bwawe
Imbuga hwaniro (Social media) zahinduye ubuzima bwa benshi kuba bwiza, ariko kandi zihungabanya mbere zinamugaza benshi burundu. Ariko wari uzi yuko woshobora guhindura ikoreshwa ryazo bigahindura umwimbu w'ubuzima bwawe? Umviriza uko vyogenda.
-
Insiguro ya 'Bridging' viza muri Australia
Muri Ntwarante 2021, ibitigiri vy'abafise 'Bridging' viza muri Australia vyariyongeye ku rugero rutaribwabeho. None 'Bridging viza ni izahe, zoba zizanana n'ubuhe bwigenge?
-
Ivyo banki idashaka yuko umenya, ingaruka zo gusaba ingurane ngo urihe ingurane
Hariho ivyiza n'imfashanyo uronka ivuye muri reta/ intara uherereyemo iyo uguze inzu ubwa mbere. Ariko iyo umaze kugura inzu ukayiriha imyaka mike, ngo har'ivyo kwitonderwa mu gihe wokwipfuza gusaba ingurane ngo urihe ideni, vyasiguwe na Dogiteri NDAYISABA Gilbert, umwigisha w'ivy'ubutunzi muri...
-
"Ingaruka za COVID-19 ni ntibagiranwa co kimwe n'imvune zo mu mitima"
Umurwi w'abantu wavuganye na SBS Kirundi washikirije ingaruka COVID-19 yabagizeko co kimwe no mu miryango. Bamwe babuze ababo, abandi nabo bibabera vyiza mu kuronka akanya ko gupfundika imigambi ya kazoza, mu gihe abandi bo mu miryango yabo bamugaye.
-
Australia: Umurundi w'imyaka 24 azimirijwe indoto z'umuziki wiwe hataragera
Yanse ivyigwa bisanzwe ahitamo gukora umuziki, Indirimbo ziwe zari zimaze kurabwa n'ama miriyoni y'abantu, Mu gihe umuvyeyi wiwe Beltrand Habiyakare yari yahisemo kumushigikira muri viyo bikorwa vyiwe, ariko Christopher Habiyakare yagiye ibukama asiga abo bavukana mu marira menshi,.
-
Ingurane ihindagurika canke iyidahinduka: Guhitamo ingurane nziza yo kugura inzu
Ingurane ihindagurika itanga amahirwe menshi aho ushobora no gukuramo amahera, mu gihe ingurane idahindagurika ituma uriha y’amafaranga nyene mu kiringo mwemeranije. Mu gihe uhise kuvavanura niyo nyungu idahinduka, ihadabu ishobora kuba nini cane.
-
" Gukatira umunyororo w'imyaka 25 papa wanje n'ugushaka kumucecekesha," niko Kanimba yavuze
Umuryango wa Paul Rusesabagina ntiwatangajwe n'ingingo yashikirijwe na sentare nkuru y'Urwanda kuri Rusesabagina. Hirya y'ingumvu Ububirigi na reta zunze ubumwe z'Amerika ziriko zirakora, uwo muryango usaba ikipe ya Arsenal na PSG guhagarika amasezerano bifitaniye n'Urwanda.
-
Iyongerezwa ry’ikiringo ku mfashanyo zitangwa na centrelink
Hamwe n’impinduka mu bijanye n’imfashanyo reta iha abantu, zitegekanijwe gushirwa mu ngiro kuva itariki 1 Nzero 2022, abahawe uburenganzira bwo kuba ngaha bazorindira imyaka ine imbere yuko baronswa imfanshanyo na reta.
-
Umurundi yakundwa cane mu kibano yaburiwe irengero, atorwa ari ikiziga
Eimable Manirakiza, w'imyaka 24, umuhinyanyuzi w'umuziki, yakunda no gusenga cane yaburiwe irengero kuva muri Ruheshi. Ivyo vyabaye imbarutso, ikibano cose kija mu vyambu hamwe n'inzego zibijejwe, ariko vyose bidadanuka inyuma y'amezi abiri atowe mu ruzi.
-
COVID-19: Umurundikazi w'abana batandatu yaraye arusimvye hamwe n'abana bane mur'abo
Mu gihe umugabo yugariweko imbibe mu Burundi kubera COVID-19, Aline Butoyi hamwe n'abana bane bose banduye umugera wa coronavirus barasinzikara cane> mu nzu nyene barimo harimo abandi bahungu biwe bo batigeze bandura. Bishoboka gute?
-
Ni gute wogumana amagara meza mu bihe ingingo zo kurwanya COVID-19 zigifatwa.
Mu gihe guma muri Melbourne na Sydney zongerejwe, kwinonora hamwe n'ibibanza biberamo ntibiremererwa kwugurura. Ukudahura n'abantu hamwe no kwugaranwa ntibisigura gusa ukudahura n'abandi ariko n'ibangamirwa ry'amagara y'abantu mu mitwe.
-
Ikirere c'akanyamuneza nyuma yo gukuraho guma mu rugo.
Abantu bishimiye ingingo ya reta yo gusubizaho ubuzima busanzwe muri Mildura (VIctoria), ariko igiporizi kikaba congereje kugira gicungere uwinjira mur'ico gisagara avuye ahandi.
-
Menya ibimenyetso vy'indwara zo mu mutwe
Abantu bafise indwara zo mu mutwe akenshi bisanga bagize ubumuga bwo k’umubiri. Zirengangijwe, indwara zo mu mutwe zirashobora guteza ibindi bibazo bikomeye cane. Ariko habonetse ubufasha ku gihe, umuntu arashobora gukira akaba mu zima kandi agakomera cane.
-
Ni gute guma mu rugo ishobora ku kwibutsa kahise k'intambara wabayemo?
Guma mu rugo ihuriye he n'ibihe wabayemo muri kahise? Delphine Yandamutso arahishura ingaruka zibonekeza iyo umuntu aguma agufatira ingingo na cane cane muri bino bihe vya guma mu rugo.
-
"Nabonye mwene wacu arwaye COVID-19 ntaco nemerewe kumufasha kandi tubana mu nzu imwe,"
Inyuma yo kumenyeshwa yuko mutoya wiwe yanduye coronavirus, Kaneza Sandrine yababajwe no kubona mwene wabo aremvye, akorora, afise umuriro,...ariko atemerewe kumwegera. Ngo abavyeyi bashobora kuba bo batanduke kandi babana kubera bamaze kwikingiza urucanco rwa COVID-19.
-
"Ndi mu bantu batemera ivy'urucanco ariko nababajwe cane maze kumenya ko nanduye COVID-19," Mugisha arahishura ivyamubayeko
Amaze kumenya ko yanduye yafashe intambwe zo kwirinda nkuko yabigiriwe inama n'inzego zijejwe gukurikirana amagara y'abantu, none ngo mu misi itatu gusa azoba yakize kandi yasubiye mu bikorwa vyiwe. Mu kiyago twagiranye yashoboye no kugira inama abatemera ivy'urukingo rwa COVID-19.
-
Ngizi impamvu zogutera kwicandagisha COVID-19, Dr Emanuel NDAYISABA arabiduhishurira
Benshi bafise ubwoba bwo kwicandagisha ikiza coronavirus ariko Dr Ndayisaba Emanuel arahishura impamvu zikomeye umuntu akwiye guha agaciro akicandagisha ico kiza. Yasiguye ubumuga ico kiza gisiga mu muntu mu gihe aticandagigishije hama akagirirwa amahirwe agakira.
-
Imfanshanyo kubafise viza y'agateganyo n'abarondera ubuhungiro.
Imfanshanyo itangwa na reta biciye mu mashirahamwe iraboneka kubafise viza z'agateganyo co kimwe n'abasaba ubuhungiro bariko baraca mu bihe bikomeye. Amashirahamwe yababa 200 niyo ariko aratanga ubwo bufasha hamwe n'ibifungurwa ku bantu babikeneye mur'ibi bihe vy'ikiza COVID-19.
About this show
Independent news and stories from SBS Audio, connecting you to life in Australia and Kirundi-speaking Australians. - Amakuru yo kwizera hamwe n’inkuru ziguha akaryo ko kumenya ivy’ubuzima muri Australie co kimwe n’umuryango ndundi uba muri Australie.
Hosted by
SBS