INKUNGA UBUKODE- PROSPERITYME episode artwork

EPISODE · Feb 22, 2026 · 1H 6M

INKUNGA UBUKODE- PROSPERITYME

from Wiriwe Maine · host WMPG

Kaze mu kiganiro Wiriwe Maine co kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 22 ukwezi kwa kabiri. Tuvuga ku nkunga itangwa n'ishirahamwe ProsperityME ikaronswa abantu ku giti cabo canke imiryango yagize ibibazo vyo kubura amafaranga yo gukota amazu bitewe n'ibikorwa vy'igipolisi kizwi nka ICE kijejwe ibibazo vy-abimukira .Ico Gipolisi mukwa mbere cafashe abantu bagera kuri 200 muri Leta ya Maine, ivyatumye abenshi batinya kuja ku tuzi  bisanga nta bushobozi bwo kuriha amazu bagifise. Muri kino kiganiro, Claude Rwaganje yashinze ProsperityME akaba n'umuyobozi nshingwabikorwa waryo aratwiganira amafaranga atangwa ingunga imwe akaba ari amadolari ya Amerika 300 hamwe n'ibisabwa kugira umuntu yemererwe.

Episode metadata supplied by the publisher feed · Published Feb 22, 2026

Embed this episode

Ready to play

INKUNGA UBUKODE- PROSPERITYME

0:00 1:06:00

No transcript for this episode yet

We transcribe on demand. Request one and we'll notify you when it's ready — usually under 10 minutes.

No similar episodes found.

Frequently Asked Questions

How long is this episode of Wiriwe Maine?

This episode is 1 hour and 6 minutes long.

When was this Wiriwe Maine episode published?

This episode was published on February 22, 2026.

Can I download this Wiriwe Maine episode?

Yes. Use the download control on the episode player to save the publisher-provided media file.
URL copied to clipboard!