ISHIMUTWA MADURO episode artwork

EPISODE · Jan 11, 2026 · 45 MIN

ISHIMUTWA MADURO

from Wiriwe Maine · host WMPG

Kaze mu kiganiro  Wiriwe Maine co kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 11 ukwezi kwa mbere umwaka wa 2026 akaba ari naco kiganiro ca mbere ca Wiriwe Maine cuguruye uyu mwaka. Tugaruka kw'ishimutwa rya  Nicolás Maduro , umukuru w'iihugu ca Venezuela n’umugore we, Cilia Flores. Muri kino kiganiro tubumvisha ico iri shimutwa risobanuye, ingaruka ku migenderanire hagati y'ibihugu vya rutura no ku baturiye isi bose hamwe rero n'ico abantu bokwitega mu misi iri imbere. Umuhinga twaganiriye ni Jean Hakuzimana, ahagarariye umushinga wo gutuza abimukira muri Reta ya New Hampshire, yo muri New England, mu majyaruguru y’iburasirazuba bwa Leta Zunze Ubumwe za Amerika. Iki kiganiro mwagiteguriwe mwongera mukigezwaho na Eloge Willy Kaneza

Episode metadata supplied by the publisher feed · Published Jan 11, 2026

Embed this episode

Ready to play

ISHIMUTWA MADURO

0:00 45:26

No transcript for this episode yet

We transcribe on demand. Request one and we'll notify you when it's ready — usually under 10 minutes.

No similar episodes found.

Frequently Asked Questions

How long is this episode of Wiriwe Maine?

This episode is 45 minutes long.

When was this Wiriwe Maine episode published?

This episode was published on January 11, 2026.

Can I download this Wiriwe Maine episode?

Yes. Use the download control on the episode player to save the publisher-provided media file.
URL copied to clipboard!