KARUMUNA-UBUCURUZI N'UBUSHINGANTAHE episode artwork

EPISODE · Jul 7, 2025 · 57 MIN

KARUMUNA-UBUCURUZI N'UBUSHINGANTAHE

from Wiriwe Maine · host WMPG

Wiriwe Maine – Ikiganiro kuri Gloriose Karumuna, Umucuruza w’Umurundikazi muri Leta ya Maine Murakaza neza muri "Wiriwe Maine", ikiganiro kibazanira intahe, ubuhamya, n’akaranga k’abimukira baba mu buraruko bwa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, cane cane muri Maine ariko tutibagiye n’ahandi ku isi.Muri kino gice, turaganira na Gloriose Karumuna, umukenyezi w’Umurundikazi amaze imyaka irenga 10 aba i Portland, Maine. Aratubwira icamutumye kwugurura Glory Store LLC, ubucuruzi bw’ibifungurwa biva mu bihugu vy’Afurika, n’ukuntu ashira imbere akaranga n’umuco w’iwabo.Gloriose aturuka i Kiganda, hagati mu Burundi, aho hahoze himikirwa abami, akaba n’umwe mu bakenyezi bake b’inkerebutsi bagize urwego rw’Abashingantahe. Aratubwira kandi uko abonye uruhara rw’uwo muco mu buzima bwo mu mahanga, hamwe n’ukuntu akaranga gashobora gufasha imiryango kuguma ihagaze neza, abana ntibatakaze imizi.🎙️ Ntimuce iruhande!

Episode metadata supplied by the publisher feed · Published Jul 7, 2025

Embed this episode

Ready to play

KARUMUNA-UBUCURUZI N'UBUSHINGANTAHE

0:00 57:28

No transcript for this episode yet

We transcribe on demand. Request one and we'll notify you when it's ready — usually under 10 minutes.

No similar episodes found.

Frequently Asked Questions

How long is this episode of Wiriwe Maine?

This episode is 57 minutes long.

When was this Wiriwe Maine episode published?

This episode was published on July 7, 2025.

Can I download this Wiriwe Maine episode?

Yes. Use the download control on the episode player to save the publisher-provided media file.
URL copied to clipboard!