EPISODE · Nov 9, 2025 · 59 MIN
KEVINE UBWIZA MAINE
from Wiriwe Maine · host WMPG
Kaze mu Kiganiro " Wiriiwe Maine" co kuri uyu w-Imana itariki ya 9 ukwezi kwa 11 umwaka wa 2025. Twabazaniye Umunyarwandakazi Kevine Umutesi akora ibijanye n'ubwiza. Aratubwira ukuntu yakujije impano yiwe n'uko akorera abamugana. Ku bwiwe, ugutaka abakenyezi n'abakobwa canke kubakorera " maquillage" ni ikimenyetso co kwikunda kandi abantu barabikeneye. Mugumane natwe. Tunabafitiye amakuru y'ingenzi yo muri iyi misi kw'isi dushikirizwa na mugenzi wacu Pierre Claver Niyonkuru. Iki kiganiro mugishikirizwa na Eloge -Willy Kaneza.
Embed this episode
Ready to play
KEVINE UBWIZA MAINE
No transcript for this episode yet
Similar Episodes
No similar episodes found.