KWIBUKA KU NCURO YA 32 JENOCIDE YAKOREWE ABATUTSI-BATES COLLEGE episode artwork

EPISODE · Apr 6, 2026 · 51 MIN

KWIBUKA KU NCURO YA 32 JENOCIDE YAKOREWE ABATUTSI-BATES COLLEGE

from Wiriwe Maine · host WMPG

Kaze mu kiganiro " Wiriwe Maine" co kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 5 ukwezi kwa 4 umwaka wa 2026. Muri kino kiganiro, umutumire ni Enathe Muhawenimana. Ni umunyeshure wo muri kaminuza ya " Bates College" mu muji wa Lewiston wo muri Reta ya Maine, mu buraruko bwa Amerika. Uwo mwigeme n'abandi banyeshure uyu mwaka bateguye ibikorwa vyo kwibuka ku ncuro ya 32 jenoside yakorewe Abatutsi mu Rwanda. Aratwiganira icabateye gutunganya ico gikorwa, ubutumwa bagenera abanyamahanga eka n-abanyarwanda cane cane urwaruka ,hatibagiwe abagifise ingengabitekerezo ya jenoside. Bane natwe muri kino kiganiro mutegurirwa na Eloge Willy Kaneza. 

Episode metadata supplied by the publisher feed · Published Apr 6, 2026

Embed this episode

Ready to play

KWIBUKA KU NCURO YA 32 JENOCIDE YAKOREWE ABATUTSI-BATES COLLEGE

0:00 51:28

No transcript for this episode yet

We transcribe on demand. Request one and we'll notify you when it's ready — usually under 10 minutes.

No similar episodes found.

Frequently Asked Questions

How long is this episode of Wiriwe Maine?

This episode is 51 minutes long.

When was this Wiriwe Maine episode published?

This episode was published on April 6, 2026.

Can I download this Wiriwe Maine episode?

Yes. Use the download control on the episode player to save the publisher-provided media file.
URL copied to clipboard!